LYRIC

Umunezero wokwisi umara akanya gato
Waca mwishamba utazi akahaca inkoni utazi
Uribuka kera tuja inama rimwe
Ukinyitirira inyama y’ikindi
Nkilkugereranya nkubwatsi butoto
Uribukako nakubereye ubushuhe
Igihe c’imbeho hari hakanye

Oooh ! Urahemutse nka compaoré
Yahemukira sankara
Ooooh ! Urahemutse nka compaoré
Yahemukira sankara

Nyanzobe urampevye uragiyee
Nyanzobe urampevye uragiyee

Madam
Iyugiye kukazi ugataha bwije
Buriya birambabaza ngize ngo ndakubaza
Ngo ni east africa community
Uwubakiye kw’ihwa akaje karemerwa
Buriya ntibabeshe ntibagikunda umuntu
Bakunda ivyafise
Ibuka amasezerano imbere ya padiri
Usigaye undutisha abishe yesuu

What’s that you remember
What’s that you do baby
What what what that you remember

Ooh urahemutse nka compaoré
Yahemukira sankara
Oooh urahemutse nka compaoré
Yahemukira sankara

Nyanzobe urampevye uragiyee
Nyanzobe urampevye uragiyee

Eeh agakuku karimisha urwiri katari
Burukangaze
Usigaye ufata ingenda ufata ingendo
Nkuwugiye kuramutsa inarume
Kumbe nukubesha urikumwe
Naba bwana mipesa
Unukene nirwara ikira iyukuye
Amaboko mumpuzu weee

Nyanzobe urampevye uragiyee
Nyanzobe urampevye uragiyee
Nyanzobe urampevye uragiyee
Nyanzobe urampevye uragiyee

Added by

yanson

SHARE

Comments are off this post